Gwaride Times
We are the media of revolution that bringing you to trusted and facts news
For more details :
Go on YouTube channel: Gwaride Times
12/07/2025
🎶Inyuma y'umwaka waruheze umuririmvyi Justin Bieber atagikorwa nakimwe ariko araha abakunzi bumuziki akaba yavuye mugacere mugukuzana nshasha.
Iyo Album ikaba yitwa ikaba yasohotse kuri uyu wa 11 mukakaro 2025 ikaba ibiciye biracika.
Ni album imaze kurabwa n'abantu bangana na miriyoni 96 kuri Spotify mwijoro rimwe gusa kuzindi mbuga hoho yarabwe n'abantu bari hagati ya miriyoni 74 na 75 tuzishize hamwe.
Iyo Album ya Justin Bieber yise Swag igizwe n'indirimbo 21 arizo :
1️⃣405 ,
2️⃣SWAG ,
3️⃣Things you do,
4️⃣Yukon,
5️⃣Ways it is,
6️⃣First place,
7️⃣soulful,
8️⃣glory voice memo,
9️⃣ Standing on business,
🔟Zuma house,
1️⃣1️⃣Too Long
1️⃣2️⃣Forgiveness
N'izindi....
Mbega iyi Album yoba yagushikiriye aho uherereye?
Uravye aho uherereye na cane cane mu Burundi ninde muririmvyi witeze ko azokora album igakurikiranwa cane?
nimba ibereye uyifyondeko👊
18/06/2025
Ngaya majambo Trump yavuze yemeza ko aI neza aho umukuru wa anyegeye ariko Trump akaba yaremeje ko ataco bari bumugire kuko aho anyegeye hakingiye.
Mbega wewe ubwawe amajambo Donald Trump yavuze ko kumwica cari ikibazo gito mugabo aho ari hakingiye hoba hariho uwamutumye kumwica?
Kaze Ivyiyumviro vyawe ni ngirakamaro inkuru iramvuye ni Youtube.com/ ariho haca ibiganiro bitandukanye.
06/06/2025
Abahizi duhurire ngaha m.youtube.com/PacyB kuri iyi sango nyene
Abafana kurugero ruteye ubwoba kuri el classico y'abafana kuri kuri uwu wa 01 Ruheshi 2025
Tubibutse ko igihe c'isaha icenda z'umuhingamo (15:00) El classico incamake y'igice cambere izoba ihageze m.youtube.com/GwarideTimes
ntutangwe
02/06/2025
🇧🇮 FT FCB FANS 1:1 RMA FANS
01/06/2025
⚽ Classico idasanzwe ihejeje kuba muntara ya Bujumbura aho yitabwe n'abantu barenga 10000 aho arivyimboneka rimwe.
Akaba Ari urukino rwari rwitabiriwe n'abantu bo mumihingo yose y'intara kandi rukaba ariburukino rwari rwitezwemwo ibitsindo bitari bike ariko rukaba rwarangiye kugitsindo kimwe ku kindi ushaka kuraba amasanamu yurwo rukino yose uzoyasanga
ngaha: m.youtube.com/GwarideTimes
11/05/2025
Bikubwiye iki?vuba duhurire kuri www.youtube.com/GwarideTimes
Ntimwibagire ko ikarata yitora ari le 12/13/14 Rusama ntusibe kuyitora
Bon dimanche à tous le monde
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Kabezi
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Gwaride Times posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.