Buntu

Buntu

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Buntu, Grocers, Ngozi, Mwumba.

17/06/2023

Irabire.nawe

Ni.ibihe bintu bituma umuntu abamuto Kandi yari Mukuru canke yari igihangange

Nimurabe ingene umugore ashobora gukwega umugabo nk*k,umengo yamubo. Umunyororo udacike Kandi akoresheje ibintu bidafashe cane

1 Nkinyambaro 2 agasurakeza 3kwiyambiza 4 ibisusu namajambo canke imvugo yakoresheje nibindi vyishi

ugasanga naho woba utinyitse ufise imyakamyishi icubahiro urubishize hasi ucitse nkumwana muto imbere yuwomukobwa cank umugore

Akeshi agukwegera muvyaha Kandi icahanaco n'urupfu

Samsoni yar' igihangange intambara yayirwana arumwe ntabwoba yagira abafrisitiya bamwimvise barajugumira
Derira yaramwiyegereja amukorera utntu dutiduto

Kumuhendahenda kumushira kubibero vyiwe
Utuntu womengo ntidufashe kumunyenkomezi
Acaribagira nibanga. Abararimenye

Ncuti yanje menyako imbere yawe harabasi bagomba k*kurwanya ahurihose wirinde wambare ibirwanisho vyose vyampemu yera nahonibitabuko ntuzoshobora guhagarara mumitego nomumyampi yasatani

IMANA nyenamahoro idushoboze mur ur urugendo k*k ahamwisi si kwacu turingenzi nakavantara tubeho tuneshesha icaha ukwizera murakoze imana ibahezagire cane

13/07/2022

Ubuntu namahoro biva kumana bibe kubayubaha bose

26/05/2022

Category

Website

Address


Ngozi
Mwumba

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buntu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Mwumba.