AMEKA Official
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from AMEKA Official, Shopping & retail, Mwaro.
10/04/2023
Kuri yama services nyene, n'ubu cooperative iguma yitaho ineza yaba clients bayo.
Aho mudusanga ni ha handi nyene Ku mu Kibumbu impande y'igituro c'imodoka za Tramwex ni muri commune intara nziza ya .
Abatari hafi muduhamagare kuri +25769105850 dukora 24h/24h
30/12/2022
kizokumenyesha ko wash*tse aho AMEKA ikorera (raba kw'ifoto)
Neza na neza ni mu ntara ya Mwaro commune Kayokwe mu Kibumbu aho bita ku Majambere ni kiosque iri impande y'igituro ca Tramwex Kibumbu. Uwufise akabazo ahamagare kur'izo numero araronka umuco.
26/12/2022
Everyone here is welcome to
We make many kinds of flowers
buri wese arahawe ikaze kuri
amashurwe y'ubwoko bwinshi
05/11/2022
kaze mwese kuri page yacu ya AMEKA mukore
AMEKA: -Amashurwe
-Meza
-mu Kayokwe
AMEKA: Ni koperative y'abarimyi b'amashurwe bo muri komine intara ya biyemeje kurima no kudandaza amashurwe meza.
Amashurewe dufise nayo twebwe nyene twirimira kandi ari ubwoko bwiza ka buramba.
Ubu tukaba twaramaze kuyashira kw'isoko ka tukayatanga ku kabeyi keza. Dukorera muri commune Kayokwe intara ya Mwaro neza na neza mu Kibumbu aho bita ku Majambere impande y'ibiro vya Tramwex-Kibumbu.
Ivyo dukora:
- Turakora Ayo dushira ku ntatemwa
- Turakora decor ku modoka
- Turakora ayodushira Kuma meza
- Turakora ay'abageni
-............
Mufise akabazo twandikire inBox canke kuri email: [email protected] canke WhatsApp +25779931564
Canke email: [email protected]
✍️✍️✍️ by Nocenti Pro
Category
Contact the business
Website
Address
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when AMEKA Official posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.