Itek1
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Itek1, Home decor, Kayogoro, Makamba.
29/04/2025
π¨π¨ ππππππππ: Umugwi wa Real Madrid uriteguye kugurisha uno musore wayo RODRYGO Goes hamwe yoronka umugwi umwipfuza kandi utanga ayafadika,π€¨
Ubona igurishwa rya RODRYGO coba ari iciyumviro ciza?
29/04/2025
UKURI KURYANA
Murumuna wa Lamine Yamal amaze guterura ibikombe biruta ibyo Harry Kane yakozeho.
Aka ni akumiro noneho π€π€
Lamine Yamal's younger brother has already lifted more trophies than Harry Kane
29/04/2025
π€Intango idasanzwe, umwana adasanzwe. Impano yamutumye aronka agashimwe ka Golden Boy nkumukinyi akiri muto yitwaye neza. Umukinyi Pablo Gavi kuva saison iheze yabaye uwudakudwa bivuye kunyifato yiwe itarinziza mukibuga .
Asotora abakinyi bimigwi bahura eka mbere nabo bakinana rimwerimwe arabatera ishavu. Ntamupira mwiza agikina nkuko yahora mumugwi wiwe wa Fc Barcelone. Urukino rwiwe ubu nukugwana nogutera akajagari . Abenshi bariko bagabanura icizere bamuha mukumufata nkuko azohava aba nka Xavi Hernandez wakera muri kazoza ka FC Barcelone .
Muri finale ya Copa del Rey iheruka, yinjiye kumunota wa 85e asubiriye De Jong, iyaraba nabi nabi yarikuronka rouge bivanye ningene yariko aritwara.
Agasomborotso- Ibitutsi- Gutega abakinyi abibona, nivyinshi vyari gutuma ashobora kuronka ikarata itukura agatana bagenzi we urugamba. Impano yiwe ntaco ikimumariye birababaje. Ariko twese turazi yuko ashobora gukina umupira mwiza hagati mbere akinjiza nibitsindo. Gavi wo kuri Xavi niwe dukeneye kubona no kuri Flick kandi turabizi ko abishoboye !π€π
Category
Website
Address
Makamba
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Itek1 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.